ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 6:40
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 40 Iki ni co Data agomba: ni uko umuntu wese yemera Umwana kandi akamwizera aronka ubuzima budahera+, nanje nzomuzura+ ku musi wa nyuma.»

  • Yohani 20:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Mugabo ibi vyaranditswe kugira mwizere ko Yezu ari we Kristu Umwana w’Imana, no kugira muronke ubuzima biciye kw’izina ryiwe, kubera mwizera+.

  • Abaroma 6:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Kuko impembo y’igicumuro ari urupfu+, ariko ingabire Imana itanga ni ubuzima budahera+ biciye kuri Kristu Yezu Umukama wacu+.

  • 2 Timoteyo 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Urazi kandi ko guhera mu buhinja+ wamenye ivyanditswe vyeranda+, bimwe bishobora gutuma uba inkerebutsi biciye ku kwizera Kristu Yezu maze ukaronka ubukiriro+.

  • 1 Yohani 5:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Ndabandikiye ivyo bintu kugira mumenye ko mufise ubuzima budahera+, mwebwe mwizera izina ry’Umwana w’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika