ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 28:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Nimugende rero muhindure abantu bo mu mahanga yose abigishwa+, mubabatize+ mw’izina rya Data n’iry’Umwana n’iry’impwemu nyeranda. 20 Mubigishe kwubahiriza ibintu vyose nabategetse+. Ehe ndi kumwe namwe imisi yose gushika kw’iherezo* ry’ivy’iyi si*+.»

  • Ivyakozwe 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Mugabo muzoronka ububasha impwemu nyeranda niyabazako+, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no mu mihingo ya kure cane y’isi*+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika