ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 10:10-16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Mugabo arasonza cane, ashaka kurya. Bakiriko barategura ibifungurwa, amera nk’uwurota+ 11 maze abona ijuru ryuguruye, abona n’ikintu kimeze nk’igihuzu kinini c’ilino* cururukirizwa kw’isi gifashwe ku mitwe yaco ine. 12 Carimwo ubwoko bwose bw’ibikoko vy’amaguru ane, n’ivyikwega hasi n’inyoni zo mu kirere. 13 Maze yumva ijwi rimubwira riti: «Haguruka Petero, ubage urye!» 14 Ariko Petero yishura ati: «Oya Mukama! Erega sindigera ndya ikintu na kimwe canduye canke gihumanye+.» 15 Nya jwi ryongera kumubwira ubwa kabiri riti: «Ibintu Imana yahumanuye ntusubire kuvyita ivyanduye.» 16 Ivyo biba ubugira gatatu, ca kintu* gica kiraduzwa mw’ijuru.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika