ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 14:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Maze aho muri Ikoniyo Pawulo na Barunaba binjira mw’isinagogi y’Abayuda. Nuko bavuga ijambo ry’Imana ku buryo Abayuda n’Abagiriki* benshi cane bizera. 2 Mugabo Abayuda banse kwizera bagumura abanyamahanga babosha kurwanya abavukanyi+.

  • Ivyakozwe 17:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Ivyo bituma bamwe muri bo bizera, hanyuma bifatanya na Pawulo na Silasi+. Abagiriki* benshi cane basenga Imana be n’abagore batari bake b’abanyacubahiro na bo nyene barizera.

      5 Mugabo Abayuda bagira ishari+, bakoranya abagabo bamwe b’ababisha birirwa mu kaguriro bareze amaboko, bagira akagwi, baca batangura gutera intureka mu gisagara. Batera inzu ya Yasoni barondera kuzana Pawulo na Silasi imbere y’ako kagwi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika