Ivyakozwe 13:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Maze Pawulo na bagenziwe burira ubwato bava i Pafo bashika i Peruga mu ntara ya Pamfiliya. Mugabo Yohani+ abasigayo asubira i Yeruzalemu+.
13 Maze Pawulo na bagenziwe burira ubwato bava i Pafo bashika i Peruga mu ntara ya Pamfiliya. Mugabo Yohani+ abasigayo asubira i Yeruzalemu+.