Zaburi 16:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kuko utazompebera mu kuzimu+. Ntuzokwemera ko intahemuka yawe ija mu cobo*+. Luka 24:45, 46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Aca arabafasha gutahura neza insobanuro y’Ivyanditswe+, 46 araheza ababwira ati: «Handitswe yuko Kristu yobabajwe hanyuma akazuka mu bapfuye ku musi ugira gatatu+,
45 Aca arabafasha gutahura neza insobanuro y’Ivyanditswe+, 46 araheza ababwira ati: «Handitswe yuko Kristu yobabajwe hanyuma akazuka mu bapfuye ku musi ugira gatatu+,