Ivyakozwe 17:33, 34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Nuko Pawulo aragenda abasiga aho, 34 mugabo abagabo bamwe bifatanya na we, barizera. Muri bo harimwo Diyoniziyo umucamanza wa sentare ya Areyopago, umugore yitwa Damari n’abandi bari kumwe na bo.
33 Nuko Pawulo aragenda abasiga aho, 34 mugabo abagabo bamwe bifatanya na we, barizera. Muri bo harimwo Diyoniziyo umucamanza wa sentare ya Areyopago, umugore yitwa Damari n’abandi bari kumwe na bo.