Ivyakozwe 17:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 mugabo abagabo bamwe bifatanya na we bacika abemera, muri bo hakaba harimwo na Diyoniziyo umucamanza wa sentare ya Areyopago+, n’umugore yitwa Damari, be n’abandi bari kumwe na bo. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:34 Umunara w’Inderetsi,15/7/2010, rup. 31
34 mugabo abagabo bamwe bifatanya na we bacika abemera, muri bo hakaba harimwo na Diyoniziyo umucamanza wa sentare ya Areyopago+, n’umugore yitwa Damari, be n’abandi bari kumwe na bo.