Ivyakozwe 5:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Kandi abemera Umukama baguma bongerekana, abagabo n’abagore benshi cane+. Ivyakozwe 11:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ikigeretseko, ukuboko kwa Yehova* kwari kumwe na bo, kandi abantu benshi baracika abemera, bagakurikira Umukama+. 1 Abakorinto 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Rero yaba uwutera canke uwuvomera si bo bahambaye, ahubwo ni Imana yo ikuza+.
21 Ikigeretseko, ukuboko kwa Yehova* kwari kumwe na bo, kandi abantu benshi baracika abemera, bagakurikira Umukama+.