ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 11
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe: ibirimwo

      • Petero abwira intumwa ivyabaye (1-18)

      • Barunaba na Sawuli i Antiyokiya muri Siriya (19-26)

        • Abigishwa batangura kwitwa abakirisu (26)

      • Agabo amenyesha ko hazotera inzara (27-30)

Ivyakozwe 11:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kuja impaka na we.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:45; Gl 2:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2003, rup. 21-22

Ivyakozwe 11:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ikintu bashiramwo ibintu.»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:10-16

Ivyakozwe 11:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:17-20

Ivyakozwe 11:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 71

Ivyakozwe 11:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:30-33

Ivyakozwe 11:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:1, 4; 10:44, 45

Ivyakozwe 11:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:11; Mr 1:8; Lk 3:16; Ivk 1:5
  • +Yw 2:28; Yoh 1:33; Ivk 2:17

Ivyakozwe 11:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nzibire Imana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:47

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 73

Ivyakozwe 11:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «baranuma.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:10; Ivk 17:30; Rm 10:12; 15:8, 9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1996, rup. 16

Ivyakozwe 11:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «amakuba.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 8:1
  • +Mt 10:5, 6

Ivyakozwe 11:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 74

Ivyakozwe 11:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:47; 9:35

Ivyakozwe 11:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:36, 37

Ivyakozwe 11:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:43; 14:21, 22

Ivyakozwe 11:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:47; 4:4; 5:14; 9:31

Ivyakozwe 11:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 21:39

Ivyakozwe 11:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 74-76

Ivyakozwe 11:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 12:28; Ef 4:11

Ivyakozwe 11:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 21:10, 11
  • +Mt 24:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    7/2011, rup. 11-12

    Nushinge intahe, rup. 74-76

Ivyakozwe 11:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gutabara.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 2:10
  • +2Kr 8:12

Ivyakozwe 11:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 12:25

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 11:2Ivk 10:45; Gl 2:12
Ivyak. 11:5Ivk 10:10-16
Ivyak. 11:11Ivk 10:17-20
Ivyak. 11:13Ivk 10:30-33
Ivyak. 11:15Ivk 2:1, 4; 10:44, 45
Ivyak. 11:16Mt 3:11; Mr 1:8; Lk 3:16; Ivk 1:5
Ivyak. 11:16Yw 2:28; Yoh 1:33; Ivk 2:17
Ivyak. 11:17Ivk 10:47
Ivyak. 11:18Yes 11:10; Ivk 17:30; Rm 10:12; 15:8, 9
Ivyak. 11:19Ivk 8:1
Ivyak. 11:19Mt 10:5, 6
Ivyak. 11:21Ivk 2:47; 9:35
Ivyak. 11:22Ivk 4:36, 37
Ivyak. 11:23Ivk 13:43; 14:21, 22
Ivyak. 11:24Ivk 2:47; 4:4; 5:14; 9:31
Ivyak. 11:25Ivk 21:39
Ivyak. 11:26Ivk 9:2
Ivyak. 11:271Kr 12:28; Ef 4:11
Ivyak. 11:28Ivk 21:10, 11
Ivyak. 11:28Mt 24:7
Ivyak. 11:29Gl 2:10
Ivyak. 11:292Kr 8:12
Ivyak. 11:30Ivk 12:25
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyakozwe 11:1-30

Ivyakozwe n’intumwa

11 Nuko intumwa n’abavukanyi bari i Yudaya bumva ko abanyamahanga na bo nyene bari bemeye ijambo ry’Imana. 2 Aho Petero adugiye i Yeruzalemu, abashigikiye ivy’ukugenyerwa+ batangura kumutora amahinyu*. 3 Bamubwira bati: «Winjiye mu nzu y’abantu batagenyerewe, usangira na bo.» 4 Petero aca arabibasigurira ido n’ido, ababwira ati:

5 «Nari mu gisagara ca Yopa ndiko ndasenga maze mbaye nk’uwurota, nerekwa ikintu* kimeze nk’igihuzu kinini c’ilino* kiriko cururutswa kivuye mw’ijuru, gifashwe ku mitwe yaco ine, gica kiza aho ndi+. 6 Ndavye neza ibirimwo, mbona ibikoko vy’amaguru ane vyo kw’isi, ibikoko vyo mw’ishamba, ivyikwega hasi n’inyoni zo mu kirere. 7 Nca numva ijwi rimbwira riti: “Haguruka Petero, ubage urye!” 8 Mugabo nishura nti: “Oya Mukama. Nta kintu na kimwe canduye canke gihumanye ndigera nkoza mu kanwa.” 9 Ku ncuro igira kabiri, nya jwi rivuye mw’ijuru rimbwira riti: “Ibintu Imana yahumanuye ntusubire kuvyita ivyanduye.” 10 Ivyo biba ubugira gatatu, hanyuma vyose bisubira kuduzwa mw’ijuru. 11 Muri ako kanya, hari abagabo batatu bavuye i Sezariya bari bahagaze imbere y’inzu twatsemwo indaro. Bari babantumyeko+. 12 Nuko impwemu imbwira kujana na bo ata guhigimanga. Aba bavukanyi batandatu na bo nyene twarajanye, twinjira mu nzu ya nya mugabo.

13 Araheza atwiganira ingene yabonye umumarayika ahagarara mu nzu iwe, akamubwira ati: “Rungika abagabo i Yopa baje kuzana Simoni yitwa kandi Petero+. 14 Azokubwira ibintu bishobora kugukiza, wewe n’abo mu rugo rwawe bose.” 15 Mugabo aho ntanguriye kuvuga, impwemu nyeranda yaciye ibazako nk’uko na twebwe yatujeko mu ntango+. 16 Naciye nibuka ivyo Umukama yahora avuga ati: “Yohani yabatiza mu mazi+, ariko mwebwe muzobatizwa mu mpwemu nyeranda+.” 17 Ko rero Imana yabahaye ingabire ya gusa nk’imwe yaduha twebwe abemeye Umukama Yezu Kristu, jewe nari nde ngo mbuze Imana kugira ico ikoze*+?»

18 Aho bumviye ivyo bintu, ntibasubira guharira*. Baca baninahaza Imana, bavuga bati: «Imana rero yahaye n’abanyamahanga akaryo ko kwigaya kugira baronke ubuzima+.»

19 Nuko abari barasanzajwe+ n’uruhamo* rwari rwavyutse kubera ivyashikiye Sitefano baragenda bashika i Fenisiya, i Shipure n’i Antiyokiya, mugabo babwira rya jambo Abayuda gusa+. 20 Ariko abagabo bamwe bavuye i Shipure n’i Sireni baza i Antiyokiya, batangura kuganiriza abavuga ikigiriki, babamenyesha inkuru nziza y’Umukama Yezu. 21 Ikigeretseko, ukuboko kwa Yehova* kwari kumwe na bo, kandi abantu benshi baracika abemera, bagakurikira Umukama+.

22 Abo mw’ishengero ry’i Yeruzalemu bumvise ivy’abo bantu, baca barungika Barunaba+ i Antiyokiya. 23 Ashitse akabona ingene Imana yabagiriye ubuntu buhebuje*, aranezerwa cane, aca atangura kubaremesha bose ngo bagume bumiye ku Mukama n’umutima wabo wose+. 24 Yari umuntu mwiza kandi yuzuye impwemu nyeranda n’ukwizera. Isinzi ritari rito riraheza ryiyongera ku bemera Umukama+. 25 Nuko aja i Taruso kurondera Sawuli+ hasi hejuru. 26 Amaze kumutora, aca amuzana i Antiyokiya. Bamara umwaka wose bakoranira hamwe n’abo mw’ishengero ryaho, bigisha n’isinzi ritari rito. Aho i Antiyokiya ni ho abigishwa batanguriye kwitwa «abakirisu+» bivuye ku Mana.

27 Muri iyo misi, abahanuzi+ bavuye i Yeruzalemu bamanuka i Antiyokiya. 28 Umwe muri bo yitwa Agabo+. Nuko arahaguruka, amenyesha biciye ku mpwemu yuko inzara ikomeye yari igiye gutera kw’isi yose+, kandi yarateye mu gihe ca Kolode. 29 Abigishwa biyemeza rero kurungikira imfashanyo*+ abavukanyi b’i Yudaya, umwe wese agatanga ico ashoboye+. 30 Ivyo barabikoze, kandi iyo mfashanyo bayirungikiye abakurambere biciye kuri Barunaba na Sawuli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika