Abaroma 11:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Zirikana rero ubuntu bw’Imana+ n’ukuntu ikara. Irakarira abaguye+, ariko wewe ikakugirira ubuntu, ukire gusa kuguma mu buntu bwayo. Ahandiho na wewe uzocacurwa. Abanyefeso 1:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kubera uwo Mwana wayo turabohorwa, tugacungurwa biciye ku maraso yiwe+, emwe tukababarirwa amakosa yacu+, kubera ubuntu buhebuje bw’Imana bwinshi.
22 Zirikana rero ubuntu bw’Imana+ n’ukuntu ikara. Irakarira abaguye+, ariko wewe ikakugirira ubuntu, ukire gusa kuguma mu buntu bwayo. Ahandiho na wewe uzocacurwa.
7 Kubera uwo Mwana wayo turabohorwa, tugacungurwa biciye ku maraso yiwe+, emwe tukababarirwa amakosa yacu+, kubera ubuntu buhebuje bw’Imana bwinshi.