Matayo 7:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bigize nk’intama+, ariko imbere muri bo ari amabingira ashonje cane+. Tito 3:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nayo ku vyerekeye umuntu ashaka kuzana ivy’akagwi k’idini+, umwamirire kure+ niwamara kumukebura* ubwa mbere n’ubwa kabiri+, 2 Yohani 10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nihagira uwuza iwanyu atazanye izo nyigisho, ntimuze mumwakire mu mazu yanyu+ canke ngo mumuramutse.
15 Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bigize nk’intama+, ariko imbere muri bo ari amabingira ashonje cane+.
10 Nayo ku vyerekeye umuntu ashaka kuzana ivy’akagwi k’idini+, umwamirire kure+ niwamara kumukebura* ubwa mbere n’ubwa kabiri+,
10 Nihagira uwuza iwanyu atazanye izo nyigisho, ntimuze mumwakire mu mazu yanyu+ canke ngo mumuramutse.