1 Abakorinto 7:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Kugenyerwa nta co bimaze, no kutagenyerwa nta co bimaze+. Kwubahiriza amabwirizwa y’Imana ni vyo bihambaye+.
19 Kugenyerwa nta co bimaze, no kutagenyerwa nta co bimaze+. Kwubahiriza amabwirizwa y’Imana ni vyo bihambaye+.