Umusiguzi 12:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Inyuma y’ivyo vyose rero, insozero ni iyi: tinya Imana y’ukuri+ kandi wubahirize amabwirizwa yayo+, kuko ico ari co gihambaye cane mu buzima bw’umuntu+. Yeremiya 7:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Mugabo iri tegeko ryoryo nararibahaye, nti: ‘Nimwumvire ijwi ryanje, nanje nzobabera Imana, namwe mube abantu banje+. Muze mugendere mu nzira zose ndabategetse gucamwo kugira ngo muroranirwe+.’” Abaroma 2:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nkako, ukugenyerwa*+ kugira akamaro igihe gusa ukora ivyo amategeko avuga+. Ariko nimba urenga amategeko, ukugenyerwa kwawe kuba gucitse ukutagenyerwa. Abagalatiya 5:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Kuko ku bunze ubumwe na Kristu Yezu, kwaba ukugenyerwa canke ukutagenyerwa ata kamaro bifise+. Igifise akamaro ni ukwizera gukora biciye ku rukundo. 1 Yohani 5:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Iki ni co gukunda Imana bisobanura: ni uko twubahiriza amabwirizwa yayo+, kandi amabwirizwa yayo ntaremereye+,
13 Inyuma y’ivyo vyose rero, insozero ni iyi: tinya Imana y’ukuri+ kandi wubahirize amabwirizwa yayo+, kuko ico ari co gihambaye cane mu buzima bw’umuntu+.
23 Mugabo iri tegeko ryoryo nararibahaye, nti: ‘Nimwumvire ijwi ryanje, nanje nzobabera Imana, namwe mube abantu banje+. Muze mugendere mu nzira zose ndabategetse gucamwo kugira ngo muroranirwe+.’”
25 Nkako, ukugenyerwa*+ kugira akamaro igihe gusa ukora ivyo amategeko avuga+. Ariko nimba urenga amategeko, ukugenyerwa kwawe kuba gucitse ukutagenyerwa.
6 Kuko ku bunze ubumwe na Kristu Yezu, kwaba ukugenyerwa canke ukutagenyerwa ata kamaro bifise+. Igifise akamaro ni ukwizera gukora biciye ku rukundo.
3 Iki ni co gukunda Imana bisobanura: ni uko twubahiriza amabwirizwa yayo+, kandi amabwirizwa yayo ntaremereye+,