1 Abakorinto 7:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Kugenyerwa nta co bimaze, no kutagenyerwa nta co bimaze+. Kwubahiriza amabwirizwa y’Imana ni vyo bihambaye+. Abagalatiya 5:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ndongeye kwibutsa umuntu wese agenyerwa yuko abwirizwa gushitsa amategeko* yose+.
19 Kugenyerwa nta co bimaze, no kutagenyerwa nta co bimaze+. Kwubahiriza amabwirizwa y’Imana ni vyo bihambaye+.