Abaroma 2:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nkako, ukugenyerwa*+ kugira akamaro igihe gusa ukora ivyo amategeko avuga+. Ariko nimba urenga amategeko, ukugenyerwa kwawe kuba gucitse ukutagenyerwa. Abagalatiya 3:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abo bose biheka ku bikorwa bisabwa n’amategeko bariko umuvumo, kuko vyanditswe ngo: «Aravumwe uwo wese ataguma mu bintu vyose vyanditswe mu muzingo w’amategeko ngo abikore+.»
25 Nkako, ukugenyerwa*+ kugira akamaro igihe gusa ukora ivyo amategeko avuga+. Ariko nimba urenga amategeko, ukugenyerwa kwawe kuba gucitse ukutagenyerwa.
10 Abo bose biheka ku bikorwa bisabwa n’amategeko bariko umuvumo, kuko vyanditswe ngo: «Aravumwe uwo wese ataguma mu bintu vyose vyanditswe mu muzingo w’amategeko ngo abikore+.»