ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 5:44
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 44 Mwokwizera gute kandi mwemera ubuninahazwa muhana, aho kurondera ubuninahazwa buva kuri ya Mana imwe gusa+?

  • 1 Abakorinto 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje. Ibintu vy’ibanga vyari mu mwiza azobizana ku muco, ashire ahabona ivyiyumviro biri mu mitima y’abantu. Umuntu wese azoheza ashimagizwe n’Imana nk’uko abikwiye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika