ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Umuntu w’intungane azokwiberaho mu mutekano+,

      ariko uwugendera mu nzira zigoramye azohinyuka+.

  • 2 Abakorinto 10:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Kuko uwishimagiza atari we ashimwa+, ahubwo hashimwa uwo Yehova* ashimagiza+.

  • 1 Timoteyo 5:24, 25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Ibicumuro vy’abantu bamwebamwe biramenyekana ku mugaragaro, bigatuma bacirwa urubanza ubwo nyene, mugabo ibicumuro vy’abandi bikibonekeza mu nyuma+. 25 Ibikorwa vyiza na vyo nyene biramenyekana ku mugaragaro+, kandi n’ibidashoka vyibonekeza ntibishobora kuguma binyegejwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika