1 Abakorinto 4:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje. Ibintu vy’ibanga vyari mu mwiza azobizana ku muco, ashire ahabona ivyiyumviro biri mu mitima y’abantu. Umuntu wese azoheza ashimagizwe n’Imana nk’uko abikwiye+. 2 Timoteyo 2:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ukore uko ushoboye kwose ngo wishikirize Imana nk’uwemewe, nk’umukozi atagira imvo n’imwe yo guteterwa, akoresha neza ijambo ry’ukuri+.
5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje. Ibintu vy’ibanga vyari mu mwiza azobizana ku muco, ashire ahabona ivyiyumviro biri mu mitima y’abantu. Umuntu wese azoheza ashimagizwe n’Imana nk’uko abikwiye+.
15 Ukore uko ushoboye kwose ngo wishikirize Imana nk’uwemewe, nk’umukozi atagira imvo n’imwe yo guteterwa, akoresha neza ijambo ry’ukuri+.