Yohani 1:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Bukeye, Yohani abona Yezu aza amutumbereye, aca avuga ati: «Raba Umwagazi w’intama+ w’Imana, ukuraho igicumuro+ c’isi+!
29 Bukeye, Yohani abona Yezu aza amutumbereye, aca avuga ati: «Raba Umwagazi w’intama+ w’Imana, ukuraho igicumuro+ c’isi+!