ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 21:20, 21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 maze bababwire bati: “Uyu mwana wacu ni intagondwa, ni umugarariji kandi ntatwubaha. Ni umukunzi w’inda+ kandi ni imborerwa+.” 21 Abantu bose bo muri ico gisagara baze bamwicishe amabuye. Mukwiye gukura ikibi muri mwebwe, kandi Abisirayeli bose bazovyumva batinye+.

  • Imigani 23:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Ntube mu banywa umuvinyu urenze urugero+,

      canke mu barya inyama nyinshi babigiranye umunoho+,

  • 1 Petero 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Igihe mwamaze mukora ivyo amahanga agomba kirahagije+. Mwari mwihebeye inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo*, mukirekerana mu bijanye n’ivyipfuzo bibi, mukanywa birenze, mukidagadura birenze, mukaja hamwe kugira munywe inzoga nyinshi, mugasenga n’ibigirwamana kandi bizira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika