Ivyakozwe 10:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Abizera* bagenyerewe bari bazananye na Petero barumirwa, kuko ingabire ya gusa y’impwemu nyeranda yariko irasukwa no ku banyamahanga. Ivyakozwe 15:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Hanyuma abantu bamwe baramanuka bavuye i Yudaya, batangura kwigisha abavukanyi ngo: «Mutagenyerewe nk’uko bisabwa n’amategeko ya Musa+, ntimushobora gukizwa.» Ivyakozwe 15:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Twarumvise yuko hari bamwe muri twebwe baje bakababwira amajambo abadurumbanya+, bagerageza kubahungabanya, kandi ata co twabatumye. Abagalatiya 5:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Umviriza! Jewe Pawulo ndababwiye yuko nimwagenyerwa, Kristu ata kamaro azobagirira+.
45 Abizera* bagenyerewe bari bazananye na Petero barumirwa, kuko ingabire ya gusa y’impwemu nyeranda yariko irasukwa no ku banyamahanga.
15 Hanyuma abantu bamwe baramanuka bavuye i Yudaya, batangura kwigisha abavukanyi ngo: «Mutagenyerewe nk’uko bisabwa n’amategeko ya Musa+, ntimushobora gukizwa.»
24 Twarumvise yuko hari bamwe muri twebwe baje bakababwira amajambo abadurumbanya+, bagerageza kubahungabanya, kandi ata co twabatumye.