Matayo 26:27, 28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Atora n’igikombe, arakenguruka hanyuma arakibaha, avuga ati: «Nimukinyweko mwese+, 28 kuko kigereranya amaraso yanje+, “amaraso y’isezerano+” agiye guseswa ku bwa benshi+ kugira bababarirwe ibicumuro+.
27 Atora n’igikombe, arakenguruka hanyuma arakibaha, avuga ati: «Nimukinyweko mwese+, 28 kuko kigereranya amaraso yanje+, “amaraso y’isezerano+” agiye guseswa ku bwa benshi+ kugira bababarirwe ibicumuro+.