Ivyakozwe 5:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Vyongeye, amasinzi y’abantu bavuye mu bisagara vyo mu micungararo ya Yeruzalemu baguma baza bazanye abarwaye n’abadurumbanywa n’impwemu mbi*, kandi bose barakira.
16 Vyongeye, amasinzi y’abantu bavuye mu bisagara vyo mu micungararo ya Yeruzalemu baguma baza bazanye abarwaye n’abadurumbanywa n’impwemu mbi*, kandi bose barakira.