Ivyakozwe 16:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko Pawulo ashika i Derube, hanyuma aja i Lusitira+. Hariyo umwigishwa yitwa Timoteyo+. Nyina yari Umuyudakazi yizera, mugabo se akaba yari Umugiriki. 2 Yavugwa neza n’abavukanyi b’i Lusitira no muri Ikoniyo.
16 Nuko Pawulo ashika i Derube, hanyuma aja i Lusitira+. Hariyo umwigishwa yitwa Timoteyo+. Nyina yari Umuyudakazi yizera, mugabo se akaba yari Umugiriki. 2 Yavugwa neza n’abavukanyi b’i Lusitira no muri Ikoniyo.