Ivyakozwe 19:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Nuko atuma i Masedwane babiri mu bamufasha ibikorwa, ari bo Timoteyo+ na Erasito+, mugabo we aba aragumye gatoyi mu ntara ya Aziya. Abaroma 16:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Umukozi mugenzanje Timoteyo arabaramutsa, n’incuti zanje+ Lusiyo, Yasoni na Sosipatero. 1 Abakorinto 4:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ni co gituma ndabarungikiye Timoteyo, kuko ari umwana wanje nkunda cane kandi w’umwizigirwa mu Mukama. Azobibutsa ukuntu nkora ibintu* mu gikorwa ca Kristu Yezu+, nk’uko nsanzwe nigisha hose mu mashengero yose. 1 Abatesalonika 3:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 maze tukabarungikira Timoteyo+, umuvukanyi wacu akaba n’umusuku w’Imana* mu bijanye n’inkuru nziza yerekeye Kristu. Twamurungitse kugira ngo abafashe gushikama* yongere abahoze mu bijanye n’ukwizera kwanyu, 1 Timoteyo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 ndakwandikiye wewe Timoteyo*+, umwana wanje nyakuri+ mu kwizera. Ubuntu buhebuje*, imbabazi n’amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu bibane nawe.
22 Nuko atuma i Masedwane babiri mu bamufasha ibikorwa, ari bo Timoteyo+ na Erasito+, mugabo we aba aragumye gatoyi mu ntara ya Aziya.
17 Ni co gituma ndabarungikiye Timoteyo, kuko ari umwana wanje nkunda cane kandi w’umwizigirwa mu Mukama. Azobibutsa ukuntu nkora ibintu* mu gikorwa ca Kristu Yezu+, nk’uko nsanzwe nigisha hose mu mashengero yose.
2 maze tukabarungikira Timoteyo+, umuvukanyi wacu akaba n’umusuku w’Imana* mu bijanye n’inkuru nziza yerekeye Kristu. Twamurungitse kugira ngo abafashe gushikama* yongere abahoze mu bijanye n’ukwizera kwanyu,
2 ndakwandikiye wewe Timoteyo*+, umwana wanje nyakuri+ mu kwizera. Ubuntu buhebuje*, imbabazi n’amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu bibane nawe.