Ivyakozwe 16:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko Pawulo ashika i Derube, hanyuma aja i Lusitira+. Hariyo umwigishwa yitwa Timoteyo+. Nyina yari Umuyudakazi yizera, mugabo se akaba yari Umugiriki. 2 Yavugwa neza n’abavukanyi b’i Lusitira no muri Ikoniyo. Abaroma 16:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Umukozi mugenzanje Timoteyo arabaramutsa, n’incuti zanje+ Lusiyo, Yasoni na Sosipatero. 1 Abakorinto 16:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Timoteyo+ niyashika, muzokorane neza kugira ngo ntagire ikimutera ubwoba ari kumwe namwe, kuko ariko akora igikorwa ca Yehova*+, cokimwe nanje.
16 Nuko Pawulo ashika i Derube, hanyuma aja i Lusitira+. Hariyo umwigishwa yitwa Timoteyo+. Nyina yari Umuyudakazi yizera, mugabo se akaba yari Umugiriki. 2 Yavugwa neza n’abavukanyi b’i Lusitira no muri Ikoniyo.
10 Timoteyo+ niyashika, muzokorane neza kugira ngo ntagire ikimutera ubwoba ari kumwe namwe, kuko ariko akora igikorwa ca Yehova*+, cokimwe nanje.