Abaroma 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Kandi izokwishura umwe wese ibihuye n’ivyo akora+: 1 Abakorinto 4:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje. Ibintu vy’ibanga vyari mu mwiza azobizana ku muco, ashire ahabona ivyiyumviro biri mu mitima y’abantu. Umuntu wese azoheza ashimagizwe n’Imana nk’uko abikwiye+. Ivyahishuwe 22:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 “Ehe ndaje ningoga, kandi nje mfise impembo, kugira mpembe umuntu wese nisunze ibikorwa vyiwe+.
5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje. Ibintu vy’ibanga vyari mu mwiza azobizana ku muco, ashire ahabona ivyiyumviro biri mu mitima y’abantu. Umuntu wese azoheza ashimagizwe n’Imana nk’uko abikwiye+.