1 Abakorinto 11:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mugabo nshaka ko mumenya yuko uwugaba* umugabo wese ari Kristu+, uwugaba* umugore ni umugabo+, uwugaba* Kristu na we ni Imana+.
3 Mugabo nshaka ko mumenya yuko uwugaba* umugabo wese ari Kristu+, uwugaba* umugore ni umugabo+, uwugaba* Kristu na we ni Imana+.