Abaroma 12:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nimureke kwoshwa n’iyi si*, ahubwo muhinduke mu guhindura uburyo mwiyumvira+, kugira mumenye neza+ ivyo Imana igomba, ni ukuvuga ibintu vyiza, vyemewe kandi bitagira akanenge. Abanyefeso 4:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Iki rero ni co mvuga kandi nkabahimiriza nshimitse mu Mukama: ntimubandanye kwigenza* nk’uko n’abanyamahanga bigenza+, bisunga ibintu ata co bimaze* vyo mu bwenge bwabo+.
2 Nimureke kwoshwa n’iyi si*, ahubwo muhinduke mu guhindura uburyo mwiyumvira+, kugira mumenye neza+ ivyo Imana igomba, ni ukuvuga ibintu vyiza, vyemewe kandi bitagira akanenge.
17 Iki rero ni co mvuga kandi nkabahimiriza nshimitse mu Mukama: ntimubandanye kwigenza* nk’uko n’abanyamahanga bigenza+, bisunga ibintu ata co bimaze* vyo mu bwenge bwabo+.