1 Timoteyo 5:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 N’ikindi kandi biga kurera amaboko, bakagenda bayerera mu mihana. Emwe, ntibarera amaboko gusa ahubwo ni n’abanyarusaku kandi bisuka mu vy’abandi+, bakavuga ivyo batari bakwiye kuvuga. 1 Petero 4:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ariko ntihagire n’umwe muri mwebwe ababazwa ahorwa kuba ari umwicanyi canke igisuma canke inkozi y’ikibi canke uwita mu vy’abandi+.
13 N’ikindi kandi biga kurera amaboko, bakagenda bayerera mu mihana. Emwe, ntibarera amaboko gusa ahubwo ni n’abanyarusaku kandi bisuka mu vy’abandi+, bakavuga ivyo batari bakwiye kuvuga.
15 Ariko ntihagire n’umwe muri mwebwe ababazwa ahorwa kuba ari umwicanyi canke igisuma canke inkozi y’ikibi canke uwita mu vy’abandi+.