1 Petero 2:13, 14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Kubera Umukama, nimuyobokere inzego zose zashizweho n’abantu*+, yaba ari umwami+ kubera ari umukuru, 14 canke ba buramatari nk’abarungitswe na we kugira bahane inkozi z’ikibi, mugabo bashimagize abakora iciza+.
13 Kubera Umukama, nimuyobokere inzego zose zashizweho n’abantu*+, yaba ari umwami+ kubera ari umukuru, 14 canke ba buramatari nk’abarungitswe na we kugira bahane inkozi z’ikibi, mugabo bashimagize abakora iciza+.