Abaroma 13:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Umuntu wese nagamburukire* abakuru batuganza*+, kuko ubukuru bwose buriho buva ku Mana+. Abakuru bahari bashizwe n’Imana mu bibanza vyabo bitandukanye*+. Abanyefeso 6:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yemwe bashumba, nimugamburukire ba shobuja+ bo kw’isi* nk’abagamburukira Kristu, mutinya kandi mujugumira, ata buryarya mufise mu mitima yanyu. Tito 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ubandanye kubibutsa kuyobokera no kugamburukira intwaro n’abakuru+, kuba abiteguriye igikorwa ciza cose,
13 Umuntu wese nagamburukire* abakuru batuganza*+, kuko ubukuru bwose buriho buva ku Mana+. Abakuru bahari bashizwe n’Imana mu bibanza vyabo bitandukanye*+.
5 Yemwe bashumba, nimugamburukire ba shobuja+ bo kw’isi* nk’abagamburukira Kristu, mutinya kandi mujugumira, ata buryarya mufise mu mitima yanyu.
3 Ubandanye kubibutsa kuyobokera no kugamburukira intwaro n’abakuru+, kuba abiteguriye igikorwa ciza cose,