Mariko 12:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yezu aca ababwira ati: «Ivya Sezari nimubihe* Sezari+, ariko ivy’Imana mubihe Imana+.» Baca baramutangarira cane. Abaroma 13:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Umuntu wese nagamburukire* abakuru batuganza*+, kuko ubukuru bwose buriho buva ku Mana+. Abakuru bahari bashizwe n’Imana mu bibanza vyabo bitandukanye*+. 1 Petero 2:13, 14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Kubera Umukama, nimuyobokere inzego zose zashizweho n’abantu*+, yaba ari umwami+ kubera ari umukuru, 14 canke ba buramatari nk’abarungitswe na we kugira bahane inkozi z’ikibi, mugabo bashimagize abakora iciza+.
17 Yezu aca ababwira ati: «Ivya Sezari nimubihe* Sezari+, ariko ivy’Imana mubihe Imana+.» Baca baramutangarira cane.
13 Umuntu wese nagamburukire* abakuru batuganza*+, kuko ubukuru bwose buriho buva ku Mana+. Abakuru bahari bashizwe n’Imana mu bibanza vyabo bitandukanye*+.
13 Kubera Umukama, nimuyobokere inzego zose zashizweho n’abantu*+, yaba ari umwami+ kubera ari umukuru, 14 canke ba buramatari nk’abarungitswe na we kugira bahane inkozi z’ikibi, mugabo bashimagize abakora iciza+.