Abakolosayi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 yabashikiriye. Nk’uko nyene inkuru nziza iriko irama ivyamwa kandi igakwiragira mw’isi yose+, ni ko biriko biraba n’aho iwanyu kuva umusi mwumva kandi mukamenya neza ubuntu buhebuje bw’Imana ico ari co vy’ukuri.
6 yabashikiriye. Nk’uko nyene inkuru nziza iriko irama ivyamwa kandi igakwiragira mw’isi yose+, ni ko biriko biraba n’aho iwanyu kuva umusi mwumva kandi mukamenya neza ubuntu buhebuje bw’Imana ico ari co vy’ukuri.