Abakolosayi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 yaje muri mwebwe, nk’uko nyene iriko irama ivyamwa+ kandi ikagwira+ mw’isi+ yose nk’uko iriko irabigira no muri mwebwe, kuva umusi mwumva kandi mukamenya neza ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana mu kuri+.
6 yaje muri mwebwe, nk’uko nyene iriko irama ivyamwa+ kandi ikagwira+ mw’isi+ yose nk’uko iriko irabigira no muri mwebwe, kuva umusi mwumva kandi mukamenya neza ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana mu kuri+.