ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 1:9, 10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 atahura yuko atashiriweho abakora ibigororotse, ahubwo ko yashiriweho abantu batubaha amategeko+ kandi b’abagarariji, abatubaha Imana kandi b’abacumuzi, abantu b’ibihemu* kandi batubaha ibintu vyeranda, abica ba se na ba nyina, abica abandi bantu, 10 abasambanyi*, abagabo basambana* n’abandi bagabo, abanyuruza abantu, ababeshi, abarahira ibinyoma, n’abakora ibindi bintu vyose biteye kubiri na ya nyigisho ngirakamaro*+.

  • 2 Timoteyo 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Amajambo ngirakamaro*+ wanyumvanye ugume uyafata nk’icitegererezo urabirako*, ufise ukwizera n’urukundo biva ku kwunga ubumwe na Kristu Yezu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika