ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 1:20, 21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 ku bijanye na Kristu igihe yamuzura mu bapfuye ikamwicarika iburyo bwayo+ mu bibanza vyo mw’ijuru. 21 Yamushize hejuru cane y’intwaro zose n’ubukuru bwose n’ububasha bwose n’ubutware bwose n’amazina yose akomeye+. Kandi si muri iki gihe* gusa, ariko no mu gihe kizoza.

  • 1 Petero 3:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Yezu ari iburyo bw’Imana+ kuko yagiye mw’ijuru, kandi yarahawe kuganza abamarayika n’abafise ubukuru n’ububasha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika