ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 28:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Yezu arabegera, ababwira ati: «Ububasha bwose narabuhawe mw’ijuru no kw’isi+.

  • 1 Abakorinto 15:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Kuko ategerezwa kuganza gushika Imana ishize abansi bose munsi y’ibirenge vyiwe+.

  • Abanyefeso 1:20, 21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 ku bijanye na Kristu igihe yamuzura mu bapfuye ikamwicarika iburyo bwayo+ mu bibanza vyo mw’ijuru. 21 Yamushize hejuru cane y’intwaro zose n’ubukuru bwose n’ububasha bwose n’ubutware bwose n’amazina yose akomeye+. Kandi si muri iki gihe* gusa, ariko no mu gihe kizoza.

  • Abafilipi 2:9, 10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ico nyene ni co catumye Imana imuduza ikamushira mu kibanza co hejuru cane+, igashima kumuha izina riruta ayandi yose+. 10 Yabigize kugira ngo mw’izina rya Yezu bose bapfukame*, baba abari mw’ijuru canke abari kw’isi canke abari mu kuzimu+,

  • Abaheburayo 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Mugabo ku bijanye n’igihe izosubira kuzana Imfura yayo+ mw’isi, ivuga iti: «Kandi abamarayika b’Imana bose nibamwunamire*.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika