Zaburi 110:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 110 Yehova yabwiye Umukama wanje ati: «Icara iburyo bwanje+,gushika abansi bawe ndabagize nk’intebe y’ibirenge vyawe+.» 2 Yehova azoramvura agakoni k’ububasha bwawe ari i Siyoni, avuge ati: «Ganza hagati y’abansi bawe+.»
110 Yehova yabwiye Umukama wanje ati: «Icara iburyo bwanje+,gushika abansi bawe ndabagize nk’intebe y’ibirenge vyawe+.» 2 Yehova azoramvura agakoni k’ububasha bwawe ari i Siyoni, avuge ati: «Ganza hagati y’abansi bawe+.»