Abaroma 8:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Ni nde azotuma batsindwa n’urubanza? Nta n’umwe. Kristu Yezu yarabapfiriye, mbere aranazurwa. Ubu ari iburyo bw’Imana+ kandi ni we atakamba ku bwacu+. Abanyefeso 1:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 ku bijanye na Kristu igihe yamuzura mu bapfuye ikamwicarika iburyo bwayo+ mu bibanza vyo mw’ijuru. Abaheburayo 8:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mu vyo turiko turavuga rero, iciyumviro nyamukuru ni iki: dufise umuherezi mukuru mwene uyo+, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami ya Nyenicubahiro mw’ijuru+, Abaheburayo 12:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 dushinze ijisho Yezu+, ya Mboneza akaba na we atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge. Kubera akanyamuneza yashizwe imbere yarihanganiye igiti co kubabarizwako*, ntivyamutera isoni, ubu akaba yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami y’Imana+.
34 Ni nde azotuma batsindwa n’urubanza? Nta n’umwe. Kristu Yezu yarabapfiriye, mbere aranazurwa. Ubu ari iburyo bw’Imana+ kandi ni we atakamba ku bwacu+.
20 ku bijanye na Kristu igihe yamuzura mu bapfuye ikamwicarika iburyo bwayo+ mu bibanza vyo mw’ijuru.
8 Mu vyo turiko turavuga rero, iciyumviro nyamukuru ni iki: dufise umuherezi mukuru mwene uyo+, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami ya Nyenicubahiro mw’ijuru+,
2 dushinze ijisho Yezu+, ya Mboneza akaba na we atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge. Kubera akanyamuneza yashizwe imbere yarihanganiye igiti co kubabarizwako*, ntivyamutera isoni, ubu akaba yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami y’Imana+.