Abaheburayo 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko rero bavukanyi beranda musangiye uguhamagarirwa ijuru*+, muzirikane ya ntumwa akaba n’umuherezi mukuru twemera*, ari we Yezu+. Abaheburayo 7:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Birabereye ko tugira umuherezi mukuru nk’uwo: ntahemuka, ni intungane, ntahumanye+, nta ho ahuriye n’abacumuzi, kandi yashizwe hejuru y’amajuru+.
3 Nuko rero bavukanyi beranda musangiye uguhamagarirwa ijuru*+, muzirikane ya ntumwa akaba n’umuherezi mukuru twemera*, ari we Yezu+.
26 Birabereye ko tugira umuherezi mukuru nk’uwo: ntahemuka, ni intungane, ntahumanye+, nta ho ahuriye n’abacumuzi, kandi yashizwe hejuru y’amajuru+.