Zaburi 110:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 110 Yehova yabwiye Umukama wanje ati: «Icara iburyo bwanje+,gushika abansi bawe ndabagize nk’intebe y’ibirenge vyawe+.» Abaheburayo 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mugabo uwo muntu yashikanye ikimazi kimwe c’ibicumuro ku bw’ibihe vyose, hanyuma yicara iburyo bw’Imana+.
110 Yehova yabwiye Umukama wanje ati: «Icara iburyo bwanje+,gushika abansi bawe ndabagize nk’intebe y’ibirenge vyawe+.»
12 Mugabo uwo muntu yashikanye ikimazi kimwe c’ibicumuro ku bw’ibihe vyose, hanyuma yicara iburyo bw’Imana+.