Yohani 14:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yezu amwishura ati: «Jewe ndi inzira+, ukuri+ n’ubuzima+. Nta wuja kwa Data atanciyeko+. Ivyakozwe 5:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Imana yaramushize hejuru iburyo bwayo+, aba Imboneza+ n’Umukiza+, kugira Abisirayeli bashobore kwigaya maze bababarirwe ibicumuro+. Abaheburayo 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ibintu vyose biriho vyaremewe Imana kandi biriho biciye kuri yo. Kugira ngo abana bayo benshi bashikire ubuninahazwa+, vyari bibereye ko ituma Yezu aca mu mibabaro ngo abe uwutunganye+. Ni we Mboneza ibajana ku bukiriro+.
31 Imana yaramushize hejuru iburyo bwayo+, aba Imboneza+ n’Umukiza+, kugira Abisirayeli bashobore kwigaya maze bababarirwe ibicumuro+.
10 Ibintu vyose biriho vyaremewe Imana kandi biriho biciye kuri yo. Kugira ngo abana bayo benshi bashikire ubuninahazwa+, vyari bibereye ko ituma Yezu aca mu mibabaro ngo abe uwutunganye+. Ni we Mboneza ibajana ku bukiriro+.