Abaheburayo 9:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Gutyo impwemu nyeranda irerekana neza yuko inzira ija ahantu heranda itari bwahishurwe igihe rya hema rya mbere ryari rikiriho+. Abaheburayo 9:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Kuko Kristu atinjiye ahantu heranda hakozwe n’amaboko+ hagereranya ahantu heranda nyaho+, ahubwo yinjiye mw’ijuru ubwaho+, ku buryo ubu aduserukira imbere* y’Imana+.
8 Gutyo impwemu nyeranda irerekana neza yuko inzira ija ahantu heranda itari bwahishurwe igihe rya hema rya mbere ryari rikiriho+.
24 Kuko Kristu atinjiye ahantu heranda hakozwe n’amaboko+ hagereranya ahantu heranda nyaho+, ahubwo yinjiye mw’ijuru ubwaho+, ku buryo ubu aduserukira imbere* y’Imana+.