Abaheburayo 7:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ubuherezi bw’Abalewi bwashizweho hisunzwe amategeko yahawe abantu+. Iyaba bwashobora gutuma abantu baba abatagira akanenge, kubera iki vyokwiriwe birakenerwa ko haboneka uwundi muherezi ameze nka Melekisedeki+ aho kumera nka Aroni? Abaheburayo 7:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ibwirizwa ryahahora rero rirakurwaho kubera rigoyagoya no kubera ko ata co rishikako+.
11 Ubuherezi bw’Abalewi bwashizweho hisunzwe amategeko yahawe abantu+. Iyaba bwashobora gutuma abantu baba abatagira akanenge, kubera iki vyokwiriwe birakenerwa ko haboneka uwundi muherezi ameze nka Melekisedeki+ aho kumera nka Aroni?