Abaroma 3:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nta muntu n’umwe* rero azokwitwa umugororotsi imbere y’Imana biciye ku bikorwa bisabwa n’amategeko+, kuko amategeko ari yo atuma umuntu amenya neza igicumuro+. Abaheburayo 7:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Kuko ata kintu na kimwe cabaye ikitagira akanenge biciye ku mategeko+. Mugabo icizigiro ciza kuruta+ duhabwa n’Imana carabishitseko, kandi biciye kuri co turiko turegera Imana+. Abaheburayo 9:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Iryo hema rigereranya ivy’iki gihe+, kandi biciye kuri iyo ntunganyo, amashikanwa n’ibimazi biratangwa+. Ariko ivyo ntibishobora gutuma uwukora igikorwa ceranda agira ijwi ryo mu mutima ritagira akanenge+. Abaheburayo 10:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kubera ko amategeko ari igitutu+ c’ibintu vyiza bizoza+, atari ivyo bintu nyezina, ntashobora* kwigera atuma abegera Imana baba abatagira akanenge+ hakoreshejwe vya bimazi nyene biguma bishikanwa ku mwaka ku mwaka.
20 Nta muntu n’umwe* rero azokwitwa umugororotsi imbere y’Imana biciye ku bikorwa bisabwa n’amategeko+, kuko amategeko ari yo atuma umuntu amenya neza igicumuro+.
19 Kuko ata kintu na kimwe cabaye ikitagira akanenge biciye ku mategeko+. Mugabo icizigiro ciza kuruta+ duhabwa n’Imana carabishitseko, kandi biciye kuri co turiko turegera Imana+.
9 Iryo hema rigereranya ivy’iki gihe+, kandi biciye kuri iyo ntunganyo, amashikanwa n’ibimazi biratangwa+. Ariko ivyo ntibishobora gutuma uwukora igikorwa ceranda agira ijwi ryo mu mutima ritagira akanenge+.
10 Kubera ko amategeko ari igitutu+ c’ibintu vyiza bizoza+, atari ivyo bintu nyezina, ntashobora* kwigera atuma abegera Imana baba abatagira akanenge+ hakoreshejwe vya bimazi nyene biguma bishikanwa ku mwaka ku mwaka.