ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 34:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Umumarayika wa Yehova akikuje abatinya Imana+,

      kandi arabarokora+.

  • Zaburi 91:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Kuko azotegeka abamarayika biwe+

      kugira bagukingire aho uzoja hose+.

  • Ivyakozwe 5:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Bafata* intumwa maze bazishira mw’ibohero+ rusangi. 19 Ariko mw’ijoro, umumarayika wa Yehova* yugurura imiryango y’iryo bohero+, arabasohora, ababwira ati:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika