Habakuki 2:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kuko ivyo weretswe bikirindiriye igihe vyashingiwe,mugabo biguma vyihuta kugira biranguke*, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba*, ugume ubirindiriye*+, kuko bitazobura kuranguka. Ntibizocerwa. 2 Petero 3:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yehova* ntatevye gushitsa ivyo yasezeranye+ nk’uko bamwe bavyiyumvira, ahubwo yihanganiye mwebwe kuko adashaka yuko hagira n’umwe ahona, ahubwo ashaka ko bose baronka akaryo ko kwigaya+.
3 Kuko ivyo weretswe bikirindiriye igihe vyashingiwe,mugabo biguma vyihuta kugira biranguke*, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba*, ugume ubirindiriye*+, kuko bitazobura kuranguka. Ntibizocerwa.
9 Yehova* ntatevye gushitsa ivyo yasezeranye+ nk’uko bamwe bavyiyumvira, ahubwo yihanganiye mwebwe kuko adashaka yuko hagira n’umwe ahona, ahubwo ashaka ko bose baronka akaryo ko kwigaya+.