Abaroma 2:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Canke usuzugura ingene Imana igwije ubuntu+, ukwigumya*+ n’ukwihangana+? Ntuzi ko igira ubuntu kubera ishaka kugufasha ngo wigaye+?
4 Canke usuzugura ingene Imana igwije ubuntu+, ukwigumya*+ n’ukwihangana+? Ntuzi ko igira ubuntu kubera ishaka kugufasha ngo wigaye+?